Skip to content
هُود /

Ayah 100

11 : 100
هُود Ayahs 123
Surah · هُود
Ikirundi · Gehiti
11 : 100

ذَٰلِكَ مِنۡ أَنۢبَآءِ ٱلۡقُرَىٰ نَقُصُّهُۥ عَلَيۡكَۖ مِنۡهَا قَآئِمٞ وَحَصِيدٞ

Ntumwa y’Imana! Izo rero ni inkuru zo muri kahise Tuguciriyeko agace, zerekeye uducimbiri Twahanye Tugahonya. Muri nya ducimbiri rero, harimwo utugifise ibisigarira biranga kahise katwo, hari n’utwahonejwe ata n’igisigarira kihabazwa.