Skip to content
يُونس /

Ayah 43

10 : 43

Ayah 43 of يُونس (10 : 43). This page carries the verse in the Uthmani script with a translation of its meaning, at a stable URL that can be cited on its own.

يُونس Ayahs 109
Surah · يُونس
Ikirundi · Gehiti
10 : 43

وَمِنۡهُم مَّن يَنظُرُ إِلَيۡكَۚ أَفَأَنتَ تَهۡدِي ٱلۡعُمۡيَ وَلَوۡ كَانُواْ لَا يُبۡصِرُونَ

Mu bagarariji harimwo n’abakuraba n’ivyemezo ushikiriza, ntibaheze ngo bemere kurongoka. Ntumwa y’Imana! Mbega woshobora gutuma ibipfamaso bibona bigatumbera inzira n’aho vyoba bitabona ukuri ngo binyurwe!

Explanation & meanings · 1
  1. Muri iyi Aayah, Imana Allah Igereranya ababona ivyemezo vyotuma bemera, ntibaheze ngo bemere, nka kurya kw’impumyi zitabona ngo zitumbere inzira. Nka kurya rero, ata wushobora gutuma impumyi ibona ngo itumbere inzira, ni ko umugarariji abona ivyemezo vyotuma yemera akabihakana, ata wushobora gutuma yemera mu gihe Imana Allah Itabishatse.