Skip to content
التوبَة /

Ayah 56

9 : 56

Ayah 56 of التوبَة (9 : 56). This page carries the verse in the Uthmani script with a translation of its meaning, at a stable URL that can be cited on its own.

التوبَة Ayahs 129
Surah · التوبَة
Ikirundi · Gehiti
9 : 56

وَيَحۡلِفُونَ بِٱللَّهِ إِنَّهُمۡ لَمِنكُمۡ وَمَا هُم مِّنكُمۡ وَلَٰكِنَّهُمۡ قَوۡمٞ يَفۡرَقُونَ

Ziranarahira zikarengwa kw’Izina ry’Imana Allah, zibesha ko mu vy’ukuri ziri kumwe na mwe, kandi zitari muri mwebwe. Ariko rero indyarya ni abantu, iyo batinye barahira ku kwiyorobeka.