Skip to content
At-Tawba /

Ayah 48

9 : 48

Ayah 48 of At-Tawba (9 : 48). This page carries the verse in the Uthmani script with a translation of its meaning, at a stable URL that can be cited on its own.

At-Tawba Ayahs 129
Surah · At-Tawba
Ikirundi · Gehiti
9 : 48

لَقَدِ ٱبۡتَغَوُاْ ٱلۡفِتۡنَةَ مِن قَبۡلُ وَقَلَّبُواْ لَكَ ٱلۡأُمُورَ حَتَّىٰ جَآءَ ٱلۡحَقُّ وَظَهَرَ أَمۡرُ ٱللَّهِ وَهُمۡ كَٰرِهُونَ

Ni ukuri, indyarya zarashatse kugerageza abemeramana mu kwemera no mu kubaburagiza kuja ku rugamba rwa “Tabuuki” imbere yuko ruba. Ntumwa y’Imana! Zaranaguhindutse akatari gake kugira ngo uneshwe, kugeza n’aho intsinzi iturutse ku Mana Allah ishika, maze idini ry’Imana Allah riratsinda. Ziranababazwa n’iyo ntsinzi;

Explanation & meanings · 1
  1. Nk’uko vyagenze ku rugamba rwa Uhudi no ku rugamba rwa Khandaqi.