Skip to content
التوبَة /

Ayah 121

9 : 121
التوبَة Ayahs 129
Surah · التوبَة
Ikirundi · Gehiti
9 : 121

وَلَا يُنفِقُونَ نَفَقَةٗ صَغِيرَةٗ وَلَا كَبِيرَةٗ وَلَا يَقۡطَعُونَ وَادِيًا إِلَّا كُتِبَ لَهُمۡ لِيَجۡزِيَهُمُ ٱللَّهُ أَحۡسَنَ مَا كَانُواْ يَعۡمَلُونَ

Ntibanatanga bike canke vyinshi ku bw’Imana Allah, nta n'akabande barengana bagiye guharanira idini ry’Imana Allah, kiretse ko babihemberwa, kugira Imana Allah Ibahe indishi nziza ibereye gusumba.