Skip to content
النَّازعَات /

Ayah 33

79 : 33

Ayah 33 of النَّازعَات (79 : 33). This page carries the verse in the Uthmani script with a translation of its meaning, at a stable URL that can be cited on its own.

النَّازعَات Ayahs 46
79 : 33

مَتَٰعٗا لَّكُمۡ وَلِأَنۡعَٰمِكُمۡ

Ivyo vyose Yabibaremeye, kugira muryoherwe mwebwe n’ibitungwa vyanyu, muvyikoreko.

Explanation & meanings · 1
  1. Izurwa ryanyu rero, rizoba ryoroshe cane ku Mana Allah gusumba irema ry’ivyo vyose Yaremye.