Skip to content
الأعرَاف /

Ayah 69

7 : 69

Ayah 69 of الأعرَاف (7 : 69). This page carries the verse in the Uthmani script with a translation of its meaning, at a stable URL that can be cited on its own.

الأعرَاف Ayahs 206
Surah · الأعرَاف
Ikirundi · Gehiti
7 : 69

أَوَعَجِبۡتُمۡ أَن جَآءَكُمۡ ذِكۡرٞ مِّن رَّبِّكُمۡ عَلَىٰ رَجُلٖ مِّنكُمۡ لِيُنذِرَكُمۡۚ وَٱذۡكُرُوٓاْ إِذۡ جَعَلَكُمۡ خُلَفَآءَ مِنۢ بَعۡدِ قَوۡمِ نُوحٖ وَزَادَكُمۡ فِي ٱلۡخَلۡقِ بَصۜۡطَةٗۖ فَٱذۡكُرُوٓاْ ءَالَآءَ ٱللَّهِ لَعَلَّكُمۡ تُفۡلِحُونَ

Mbega mutangazwa n’uko Imana Allah Yabamanuriye urwibutso ku neza yanyu, Irucishije ku muntu Yahisemwo muri mwebwe, musanzwe muzi inkomoko n’ukuri kwiwe kugira abagabishe ku bihano vyayo! Nimwibuke n’igihe Yabaha kubaho mukurakuranwa kw’isi, inyuma y’aho Ihonereje abantu ba Nuhu, Ikanabongerereza inkomezi mu ndemo! Nimwibuke rero inema z’umurengera Imana Allah Yabahaye, kugira muronke intsinzi kw’isi no mu buzima bw’inyuma yo gupfa”.