60 : 2
إِن يَثۡقَفُوكُمۡ يَكُونُواْ لَكُمۡ أَعۡدَآءٗ وَيَبۡسُطُوٓاْ إِلَيۡكُمۡ أَيۡدِيَهُمۡ وَأَلۡسِنَتَهُم بِٱلسُّوٓءِ وَوَدُّواْ لَوۡ تَكۡفُرُونَ
Bishitse mukagwa mu minwe yabo, bobereka urwanko babafitiye mu mitima yabo, bakabahereza iminwe yabo mu kubica no kubagira imbohe, bakanabacokora, hanyuma bakabipfuriza ko mwogarariza mugata idini ryanyu.