Skip to content
Al-An'aam /

Ayah 89

6 : 89

Ayah 89 of Al-An'aam (6 : 89). This page carries the verse in the Uthmani script with a translation of its meaning, at a stable URL that can be cited on its own.

Al-An'aam Ayahs 165
Surah · Al-An'aam
Ikirundi · Gehiti
6 : 89

أُوْلَٰٓئِكَ ٱلَّذِينَ ءَاتَيۡنَٰهُمُ ٱلۡكِتَٰبَ وَٱلۡحُكۡمَ وَٱلنُّبُوَّةَۚ فَإِن يَكۡفُرۡ بِهَا هَٰٓؤُلَآءِ فَقَدۡ وَكَّلۡنَا بِهَا قَوۡمٗا لَّيۡسُواْ بِهَا بِكَٰفِرِينَ

Abo Bavugishwamana rero, ni bo Twahaye Igitabu Tunabaha kugitahura no gushikiriza ubutumwa bwacu. Ntumwa y'Imana! Abagarariji mu bantu warungitsweko, nibaramuka bahakanye bivuye inyuma Aayah za Qor’ani, ni ukuri baramenya ko Twamaze gushoboza kuzemera abandi bantu batazokwigera bazigarariza.

Explanation & meanings · 2
  1. Nk’Imizingo Twahaye Ibrahimu, Tawurati Twahaye Musa, Zaburi Twahaye Dawudi n’Injili Twahaye Isa.
  2. Mu bimukira “Al-Muhaajiriina” n’abasangwa “Al-Answaar” n’abazobakurikira “Al-Taabi’iina” gushika ku musi w’iherezo.