Skip to content
الأنعَام /

Ayah 147

6 : 147
الأنعَام Ayahs 165
Surah · الأنعَام
Ikirundi · Gehiti
6 : 147

فَإِن كَذَّبُوكَ فَقُل رَّبُّكُمۡ ذُو رَحۡمَةٖ وَٰسِعَةٖ وَلَا يُرَدُّ بَأۡسُهُۥ عَنِ ٱلۡقَوۡمِ ٱلۡمُجۡرِمِينَ

Ababangikanyamana b’abayahudi, nibaramuka baguhakanye mu vyo ushikiriza, urababwira uti: “Imana yanyu Rurema Allah, ni Nyenimpuhwe-ntangere kuko Itihutiye kubahana. Ibihano vyayo na vyo iyo bishitse, nta kibuza inkozi z’ikibi guhanwa”.

Explanation & meanings · 1
  1. Iyi Aayah irahigira abahakana bivuye inyuma Intumwa Muhamadi (nyakugira amahoro n’impuhwe z’Imana Allah) ko bazohanwa.