55 : 72
حُورٞ مَّقۡصُورَٰتٞ فِي ٱلۡخِيَامِ
Ni abakenyezi bo mu Bwami bw’ijuru barangwa n’ubwiza bw’akataraboneka (Hururayini), bari n’ahantu hiherereye mu mahema.