55 : 68 فِيهِمَا فَٰكِهَةٞ وَنَخۡلٞ وَرُمَّانٞ Muri nya mirima yompi, harimwo amoko y’ivyamwa, itende n’imikomamanga.