Skip to content
Muhammad /

Ayah 25

47 : 25

Ayah 25 of Muhammad (47 : 25). This page carries the verse in the Uthmani script with a translation of its meaning, at a stable URL that can be cited on its own.

Muhammad Ayahs 38
Surah · Muhammad
Ikirundi · Gehiti
47 : 25

إِنَّ ٱلَّذِينَ ٱرۡتَدُّواْ عَلَىٰٓ أَدۡبَٰرِهِم مِّنۢ بَعۡدِ مَا تَبَيَّنَ لَهُمُ ٱلۡهُدَى ٱلشَّيۡطَٰنُ سَوَّلَ لَهُمۡ وَأَمۡلَىٰ لَهُمۡ

Mu vy’ukuri abahemutse mu kwemera bakava mw’idini, bakisubirako inyuma y’aho bamenyeye uburongozi bw’ukuri, shetani yarabaryohereje ivyaha bakora, maze ibaha umwizero w’ikinyoma;