44 : 40
إِنَّ يَوۡمَ ٱلۡفَصۡلِ مِيقَٰتُهُمۡ أَجۡمَعِينَ
Mu vy’ukuri umusi w’izuka, ari na wo musi wo gutunganiriza ibiremwa, ni ryo sango ntarengwa ryabo bose;