Skip to content
الدُّخان /

Ayah 15

44 : 15

Ayah 15 of الدُّخان (44 : 15). This page carries the verse in the Uthmani script with a translation of its meaning, at a stable URL that can be cited on its own.

الدُّخان Ayahs 59
Surah · الدُّخان
Ikirundi · Gehiti
44 : 15

إِنَّا كَاشِفُواْ ٱلۡعَذَابِ قَلِيلًاۚ إِنَّكُمۡ عَآئِدُونَ

Mu vy’ukuri Twebwe Allah, Tuzobakurako igihano umwanya muto, maze murabe ko mu vy’ukuri mutazosubira mu bugarariji n’ubuhuvyi mwahoramwo. Muri ico gihe rero, Tuzoca Tubahana kandi;

Explanation & meanings · 1
  1. Ivyo rero vyarashitse, ariko ntibahavuye bemera nk’uko basezeranye.