Skip to content
Az-Zukhruf /

Ayah 83

43 : 83

Ayah 83 of Az-Zukhruf (43 : 83). This page carries the verse in the Uthmani script with a translation of its meaning, at a stable URL that can be cited on its own.

Az-Zukhruf Ayahs 89
Surah · Az-Zukhruf
Ikirundi · Gehiti
43 : 83

فَذَرۡهُمۡ يَخُوضُواْ وَيَلۡعَبُواْ حَتَّىٰ يُلَٰقُواْ يَوۡمَهُمُ ٱلَّذِي يُوعَدُونَ

Ntumwa y’Imana! Reka abomekera umugore canke umwana ku Mana Allah bagume mw’irementanya ryabo bafyinata kw’isi, gushika igihe bahuye n’umusi wabo basezeraniwe guhanirwako.

Explanation & meanings · 1
  1. Ivyo bihano basezeraniwe, bakaba bashobora kubihabwa bakiri kw’isi, canke bakabihabwa mu buzima bw’inyuma yo gupfa, canke bakabihabwa mu buzima bwo kw’isi no mu bw’inyuma yo gupfa.