Skip to content
الزُّخرُف /

Ayah 20

43 : 20
الزُّخرُف Ayahs 89
43 : 20

وَقَالُواْ لَوۡ شَآءَ ٱلرَّحۡمَٰنُ مَا عَبَدۡنَٰهُمۗ مَّا لَهُم بِذَٰلِكَ مِنۡ عِلۡمٍۖ إِنۡ هُمۡ إِلَّا يَخۡرُصُونَ

Baranavuze bati: “Iyo Nyenimpuhwe Ashaka, ntitwari gusenga na kimwe mu gishingo ciwe”. Banguha! Nta cemezo bafise gishingiye ku bumenyi cemeza ivyo bavuga, bapfa kuvuga ibisunitswe n’impwemu, batanafitiye ivyemezo bivuye ku Mana Allah.

Explanation & meanings · 1
  1. Icitwazo c’ivyagezwe n’ishirwa mu ngiro ryavyo mu kubangikanya Imana Allah, nta shingiro namba gifise, kuko Imana Allah Yararungitse Intumwa, Izimanurira n’Ibitabu kugira zishikirize ibiremwa ubutumwa bw’Imana Allah butomoye.