Skip to content
الشُّورى /

Ayah 9

42 : 9

Ayah 9 of الشُّورى (42 : 9). This page carries the verse in the Uthmani script with a translation of its meaning, at a stable URL that can be cited on its own.

الشُّورى Ayahs 53
Surah · الشُّورى
Ikirundi · Gehiti
42 : 9

أَمِ ٱتَّخَذُواْ مِن دُونِهِۦٓ أَوۡلِيَآءَۖ فَٱللَّهُ هُوَ ٱلۡوَلِيُّ وَهُوَ يُحۡيِ ٱلۡمَوۡتَىٰ وَهُوَ عَلَىٰ كُلِّ شَيۡءٖ قَدِيرٞ

Ahubwo rero, ababangikanyamana bigiriye mu gishingo c’Imana Allah, imana zibahagarikira maze barazisenga. Burya Imana Allah, ni Yo Muhagarikizi Ibwirijwe gusengwa no kwumvirwa n’ibiremwa, ni na Yo rero Izosubiza ubuzima abapfuye bakazuka, ni Yo rero kandi Mushoboravyose.