41 : 49
لَّا يَسۡـَٔمُ ٱلۡإِنسَٰنُ مِن دُعَآءِ ٱلۡخَيۡرِ وَإِن مَّسَّهُ ٱلشَّرُّ فَيَـُٔوسٞ قَنُوطٞ
Burya, umuntu ntiyigera arambirwa no gusaba Imana Allah ivyiza vyo kw’isi; iyo akozweko n’ikiza c’ubukene canke indwara n'ibindi, aca yihebura akiyumvira nabi Imana Allah;
Explanation & meanings · 1
- Ivyiza bivugwa ng’aha, ni amatungo, amagara meza, ubutegetsi n’ibindi.