41 : 38
فَإِنِ ٱسۡتَكۡبَرُواْ فَٱلَّذِينَ عِندَ رَبِّكَ يُسَبِّحُونَ لَهُۥ بِٱلَّيۡلِ وَٱلنَّهَارِ وَهُمۡ لَا يَسۡـَٔمُونَ۩
Ababangikanyamana, nibagira amanyama mu kutubamira Imana Allah, baramenya ko abamalayika bari ku Mana yawe Rurema Allah, batigera bagira amanyama mu kutayubamira, ahubwo mbere ntibahengeshanya kuyininahaza no kuyitazira ijoro n’umurango, kandi bobo rero ntibigera baruha canke ngo badebukirwe.
Explanation & meanings · 1
- Uhejeje gusoma iyi Aayah gushika ku mpera, uca wubama incuro imwe.