40 : 75
ذَٰلِكُم بِمَا كُنتُمۡ تَفۡرَحُونَ فِي ٱلۡأَرۡضِ بِغَيۡرِ ٱلۡحَقِّ وَبِمَا كُنتُمۡ تَمۡرَحُونَ
Bagarariji! Ivyo bihano mwahawe rero, vyaturutse ku kugotwa kwanyu kw’isi mu kuryoherwa n’ibikorwa bibi mwakora, no ku kurangwa n’amanyama hamwe n’akarenganyo.