Skip to content
النِّسَاء /

Ayah 49

4 : 49
النِّسَاء Ayahs 176
4 : 49

أَلَمۡ تَرَ إِلَى ٱلَّذِينَ يُزَكُّونَ أَنفُسَهُمۚ بَلِ ٱللَّهُ يُزَكِّي مَن يَشَآءُ وَلَا يُظۡلَمُونَ فَتِيلًا

Ntumwa y’Imana! Mbega ntiwamenye inkuru y’abiyeza ku bandi bakishimira ibikorwa vyabo ko ari bo ntore! Ahubwo burya Imana Allah Yonyene ni Yo Yeza Igashima ibikorwa vy’uwo Ishatse mu biremwa, kira noneho ntibazorenganywa na gato ku co bakoze, n’aho coba akantu ide kangana n’akanyuzi kari ku nda y’urutete rw’itende.