Skip to content
An-Nisaa-i /

Ayah 30

4 : 30

Ayah 30 of An-Nisaa-i (4 : 30). This page carries the verse in the Uthmani script with a translation of its meaning, at a stable URL that can be cited on its own.

An-Nisaa-i Ayahs 176
Surah · An-Nisaa-i
Ikirundi · Gehiti
4 : 30

وَمَن يَفۡعَلۡ ذَٰلِكَ عُدۡوَٰنٗا وَظُلۡمٗا فَسَوۡفَ نُصۡلِيهِ نَارٗاۚ وَكَانَ ذَٰلِكَ عَلَى ٱللَّهِ يَسِيرًا

Uwo wese rero azorenga ku vyabujijwe n’Imana Allah, akihagira amatungo y’abandi ku karenganyo, aramenya ko Twebwe Allah Tuzomwinjiza mu muriro, kandi ukumuhanisha umuriro biroroshe ku Mana Allah.

Explanation & meanings · 1
  1. Nko kwiba, kwambura utwa murundi no guhangika.