38 : 81 إِلَىٰ يَوۡمِ ٱلۡوَقۡتِ ٱلۡمَعۡلُومِ Gushika ku musi w’isango nyezina, rizwi ryo guhonya ibiremwa vyose”.