37 : 90 فَتَوَلَّوۡاْ عَنۡهُ مُدۡبِرِينَ Baraheza rero baramureka arasigara, na bo barabandanya ku musi mukuru wabo.