Skip to content
سَبإ /

Ayah 30

34 : 30
سَبإ Ayahs 54
Surah · سَبإ
Ikirundi · Gehiti
34 : 30

قُل لَّكُم مِّيعَادُ يَوۡمٖ لَّا تَسۡتَـٔۡخِرُونَ عَنۡهُ سَاعَةٗ وَلَا تَسۡتَقۡدِمُونَ

Ntumwa y’Imana! Babwire uti: “Murafise isango mwagenewe ryo kwegeranirizwako ku musi w’izuka; iryo sango rero niryagera, ntihazorengako akanya na gato ngo mwigaye, eka ntihazonashika ko mwegeranywa ritaragera”.