Skip to content
Luqmaan /

Ayah 6

31 : 6

Ayah 6 of Luqmaan (31 : 6). This page carries the verse in the Uthmani script with a translation of its meaning, at a stable URL that can be cited on its own.

Luqmaan Ayahs 34
Surah · Luqmaan
Ikirundi · Gehiti
31 : 6

وَمِنَ ٱلنَّاسِ مَن يَشۡتَرِي لَهۡوَ ٱلۡحَدِيثِ لِيُضِلَّ عَن سَبِيلِ ٱللَّهِ بِغَيۡرِ عِلۡمٖ وَيَتَّخِذَهَا هُزُوًاۚ أُوْلَٰٓئِكَ لَهُمۡ عَذَابٞ مُّهِينٞ

Burya mu bantu, harimwo uwutanga uburyo mu kugura amajambo y’ibihendamaso bisamaza, kugira ahubishe abantu inzira y’uburongozi bw’Imana Allah, akagira na Aayah zayo kuba itebura. Uyo rero, ari mu bategekanirijwe ibihano bisuzuguza;

Explanation & meanings · 1
  1. Ibihendamaso bisamaza, ni ikintu ico ari cose gisamaza umuntu mu kutitwararika ibikorwa vy’igamburukiramana.