Skip to content
لُقمَان /

Ayah 33

31 : 33

Ayah 33 of لُقمَان (31 : 33). This page carries the verse in the Uthmani script with a translation of its meaning, at a stable URL that can be cited on its own.

لُقمَان Ayahs 34
Surah · لُقمَان
Ikirundi · Gehiti
31 : 33

يَٰٓأَيُّهَا ٱلنَّاسُ ٱتَّقُواْ رَبَّكُمۡ وَٱخۡشَوۡاْ يَوۡمٗا لَّا يَجۡزِي وَالِدٌ عَن وَلَدِهِۦ وَلَا مَوۡلُودٌ هُوَ جَازٍ عَن وَالِدِهِۦ شَيۡـًٔاۚ إِنَّ وَعۡدَ ٱللَّهِ حَقّٞۖ فَلَا تَغُرَّنَّكُمُ ٱلۡحَيَوٰةُ ٱلدُّنۡيَا وَلَا يَغُرَّنَّكُم بِٱللَّهِ ٱلۡغَرُورُ

Emwe bantu! Nimugamburukire Imana yanyu Rurema Allah mu kwubahiriza amabwirizwa yayo, maze mwiyubare umusi w’umuhero w’isi, igihe umuvyeyi ata co azomarira umwana wiwe, eka n’umwana nta na kimwe azomarira umuvyeyi wiwe. Mu vy’ukuri isezerano ry’Imana Allah, ni iry’ukuri; ntimuhendwe rero n’ibihendamaso vyo mu buzima bwo kw’isi, ngo bibabuze kwitegurira ubuzima bw’inyuma yo gupfa, kandi ntimugahendwe na shetani ibibagiza Imana Allah.

Explanation & meanings · 1
  1. Shetani ihubisha abantu ikabibagiza Imana Allah, irashobora kuba ikomoka mu bantu canke mu majini.