30 : 16
وَأَمَّا ٱلَّذِينَ كَفَرُواْ وَكَذَّبُواْ بِـَٔايَٰتِنَا وَلِقَآيِٕ ٱلۡأٓخِرَةِ فَأُوْلَٰٓئِكَ فِي ٱلۡعَذَابِ مُحۡضَرُونَ
Nayo abagararije Imana Allah bagahakana bivuye inyuma ivyo bazaniwe n’Intumwa, bakanamirira kure ko bazohura n’Imana Allah mu buzima bw’inyuma yo gupfa, abo bazoheza bashirwe mu bihano vyamaho.