3 : 197
مَتَٰعٞ قَلِيلٞ ثُمَّ مَأۡوَىٰهُمۡ جَهَنَّمُۖ وَبِئۡسَ ٱلۡمِهَادُ
Ivyo, ni ibihendamaso vyo kuryoherwa umwanya muto, hanyuma ubushikiro bwabo ku musi w’izuka ni mu muriro wa Jahannamu, ni na bwo busaswa bubi cane.
Ayah 197 of آل عِمران (3 : 197). This page carries the verse in the Uthmani script with a translation of its meaning, at a stable URL that can be cited on its own.