Skip to content
آل عِمران /

Ayah 188

3 : 188
آل عِمران Ayahs 200
Surah · آل عِمران
Ikirundi · Gehiti
3 : 188

لَا تَحۡسَبَنَّ ٱلَّذِينَ يَفۡرَحُونَ بِمَآ أَتَواْ وَّيُحِبُّونَ أَن يُحۡمَدُواْ بِمَا لَمۡ يَفۡعَلُواْ فَلَا تَحۡسَبَنَّهُم بِمَفَازَةٖ مِّنَ ٱلۡعَذَابِۖ وَلَهُمۡ عَذَابٌ أَلِيمٞ

Ntiwiyumvire ko abanezerezwa n’ibibi bakora bagakunda no gushimwa n’abantu ku vyo batakoze, bazokira ibihano vy’Imana Allah kw’isi. Baranategekanirijwe ibihano bibabaza cane mu buzima bw’inyuma yo gupfa .

Explanation & meanings · 1
  1. Iyi Aayah irihaniza igatega imisi umuntu wese anezerezwa n’ikibi yakoze, akunda kwigamba ku vyo atakoze ashaka gushimwa n’abantu.