Skip to content
آل عِمران /

Ayah 166

3 : 166

Ayah 166 of آل عِمران (3 : 166). This page carries the verse in the Uthmani script with a translation of its meaning, at a stable URL that can be cited on its own.

آل عِمران Ayahs 200
Surah · آل عِمران
Ikirundi · Gehiti
3 : 166

وَمَآ أَصَٰبَكُمۡ يَوۡمَ ٱلۡتَقَى ٱلۡجَمۡعَانِ فَبِإِذۡنِ ٱللَّهِ وَلِيَعۡلَمَ ٱلۡمُؤۡمِنِينَ

Ivyabashikiye rero mugakomeretswa canke mukicwa, umusi hahangana umugwi w’abemeramana n’umugwi w’ababangikanyamana ku rugamba rwa Uhudi, aho abemeramana batsinze mu ntango ariko bakaza gutsindwa mu nyuma, ivyo vyose vyari vyaragezwe ku bushobozi bw’Imana Allah, kugira Imana Allah Yerekane ku vyo Isanzwe Izi, maze Igaragaze abemeramana vy’ukuri muri mwebwe;