3 : 150
بَلِ ٱللَّهُ مَوۡلَىٰكُمۡۖ وَهُوَ خَيۡرُ ٱلنَّٰصِرِينَ
Kira noneho, ntibazobatabara, ahubwo rero Imana Allah ni Yo Muhagarikizi wanyu Nkinzoyabatoni, ni na Yo Mwiza w’abatabazi bose.