27 : 58
وَأَمۡطَرۡنَا عَلَيۡهِم مَّطَرٗاۖ فَسَآءَ مَطَرُ ٱلۡمُنذَرِينَ
Twabahanishije rero imvura y’amabuye mu kububikako igisagara cabo. Yari imvura y’amabuye y’akataraboneka, yahoneje abagabishijwe ku bihano vy’Imana Allah maze bica amatwi.