27 : 5
أُوْلَٰٓئِكَ ٱلَّذِينَ لَهُمۡ سُوٓءُ ٱلۡعَذَابِ وَهُمۡ فِي ٱلۡأٓخِرَةِ هُمُ ٱلۡأَخۡسَرُونَ
Abo, ni bo rero bategekanirijwe ibihano bibi bisuzuguza mu buzima bwo kw’isi, bakazoba no mu bahomvye cane mu buzima bw’inyuma yo gupfa.