Skip to content
النور /

Ayah 23

24 : 23

Ayah 23 of النور (24 : 23). This page carries the verse in the Uthmani script with a translation of its meaning, at a stable URL that can be cited on its own.

النور Ayahs 64
Surah · النور
Ikirundi · Gehiti
24 : 23

إِنَّ ٱلَّذِينَ يَرۡمُونَ ٱلۡمُحۡصَنَٰتِ ٱلۡغَٰفِلَٰتِ ٱلۡمُؤۡمِنَٰتِ لُعِنُواْ فِي ٱلدُّنۡيَا وَٱلۡأٓخِرَةِ وَلَهُمۡ عَذَابٌ عَظِيمٞ

Mu vy’ukuri, abakorera inteba ishushe abakenyezi bubatse izabo ata n’ico binona, abemeramanakazi batigera biyumvira na rimwe ko bosambana, mu kubagiriza icaha c’ubusambanyi, baravumwe n’Imana Allah kw’isi no mu buzima bw’inyuma yo gupfa, barategekanirijwe n’ibihano rutura mu muriro wa Jahannamu ku musi w’izuka;

Explanation & meanings · 1
  1. Iyi Aayah, ni icemezo c’uko uwututse uwundi canke akambika ibara umwe mu bakenyezi b’Intumwa y’Imana (nyakugira amahoro n’impuhwe z’Imana Allah) aba agararije.