23 : 57
إِنَّ ٱلَّذِينَ هُم مِّنۡ خَشۡيَةِ رَبِّهِم مُّشۡفِقُونَ
Mu vy’ukuri, abatinya guca kubiri n’amabwirizwa y’Imana Allah ku mpungenge zo gutinya ibihano vy’Imana yabo Rurema Allah;