23 : 46
إِلَىٰ فِرۡعَوۡنَ وَمَلَإِيْهِۦ فَٱسۡتَكۡبَرُواْ وَكَانُواْ قَوۡمًا عَالِينَ
Twabarungitse kwa Firawuni wo muri Misiri n’abunganizi biwe, maze bagira amanyama mu kutemera Musa na murumunawe Haruna, bari n’abantu bihambaza mu gucinyiza abandi;