23 : 37
إِنۡ هِيَ إِلَّا حَيَاتُنَا ٱلدُّنۡيَا نَمُوتُ وَنَحۡيَا وَمَا نَحۡنُ بِمَبۡعُوثِينَ
Ubuzima dukwiye kubaho ni ubu bwo kw’isi gusa! Abapfa barapfa, hakavuka abandi. Wanguha! Nta buzima tuzosubizwa ngo tuzuke inyuma yo gupfa;