Skip to content
المؤمنُون /

Ayah 29

23 : 29
المؤمنُون Ayahs 118
23 : 29

وَقُل رَّبِّ أَنزِلۡنِي مُنزَلٗا مُّبَارَكٗا وَأَنتَ خَيۡرُ ٱلۡمُنزِلِينَ

Niwururuka muri nya bwato naho nyene wongere uvuge uti: “Mana yanje Rurema Allah! Mpa ubwururuko buhezagiwe butekanisha, kuko ari Wewe Umwiza w’abakira mw’iteka n’itekane".

Explanation & meanings · 1
  1. Muri iyi Aayah, Imana Allah Yigisha abaja bayo mu gihe bururukiye ahantu ko bovuga bati: “RABBI ANZILNII MUNZALAN MUBAARAKAN WA-ANTA KHAYRU L-MUNZILIINA”