Skip to content
الحِجر /

Ayah 36

15 : 36

Ayah 36 of الحِجر (15 : 36). This page carries the verse in the Uthmani script with a translation of its meaning, at a stable URL that can be cited on its own.

الحِجر Ayahs 99
Surah · الحِجر
Ikirundi · Gehiti
15 : 36

قَالَ رَبِّ فَأَنظِرۡنِيٓ إِلَىٰ يَوۡمِ يُبۡعَثُونَ

Ibilisi araheza aca avuga ati: “Mana yanje Rurema Allah! Ndagusavye rero kuramba gushika ku musi w’izuka ry’ibiremwa ”.

Explanation & meanings · 1
  1. Igihe ibiremwa vyose vyahonye ku musi w’umuhero w’isi, sinzobe ndimwo.