Skip to content
إبراهِيم /

Ayah 6

14 : 6

Ayah 6 of إبراهِيم (14 : 6). This page carries the verse in the Uthmani script with a translation of its meaning, at a stable URL that can be cited on its own.

إبراهِيم Ayahs 52
Surah · إبراهِيم
Ikirundi · Gehiti
14 : 6

وَإِذۡ قَالَ مُوسَىٰ لِقَوۡمِهِ ٱذۡكُرُواْ نِعۡمَةَ ٱللَّهِ عَلَيۡكُمۡ إِذۡ أَنجَىٰكُم مِّنۡ ءَالِ فِرۡعَوۡنَ يَسُومُونَكُمۡ سُوٓءَ ٱلۡعَذَابِ وَيُذَبِّحُونَ أَبۡنَآءَكُمۡ وَيَسۡتَحۡيُونَ نِسَآءَكُمۡۚ وَفِي ذَٰلِكُم بَلَآءٞ مِّن رَّبِّكُمۡ عَظِيمٞ

Ntumwa y’Imana! Iganira abantu warungitsweko kahise ka Musa, igihe yabwira abantu muri Bene Israyeli ati: “Nimwibuke inema y’Imana Allah kuri mwebwe, igihe Ibakiza amagorwa y’abantu ba Firawuni yo gucurwa bufuni na buhoro, babaha ibihano bikomeye, bakanakerera abana banyu b’abahungu, bagasigaza abakobwa banyu ku gutinya ko mu bahungu hovamwo uwuzoza gukura ubutegetsi bwiwe. Muri ivyo vyose, harimwo kugeragezwa gukomeye kuvuye ku Mana yanyu Rurema Allah;