13 : 20
ٱلَّذِينَ يُوفُونَ بِعَهۡدِ ٱللَّهِ وَلَا يَنقُضُونَ ٱلۡمِيثَٰقَ
Abubahiriza isezerano ry’Imana Allah ryo kuyisenga ari Imwe Rudende, ntibanadohoke kw’isezerano rishimangirwa cane mu nyigisho z’intumwa zose (za nyakugira amahoro y’Imana Allah);