Skip to content
هُود /

Ayah 97

11 : 97
هُود Ayahs 123
Surah · هُود
Ikirundi · Gehiti
11 : 97

إِلَىٰ فِرۡعَوۡنَ وَمَلَإِيْهِۦ فَٱتَّبَعُوٓاْ أَمۡرَ فِرۡعَوۡنَۖ وَمَآ أَمۡرُ فِرۡعَوۡنَ بِرَشِيدٖ

Twamurungitse kwa Firawuni n'abunganizi biwe, maze Firawuni aragarariza ategeka n’abantu biwe ko bagarariza, maze baramwumvira bagarariza Musa. Kira noneho! Itegeko rya Firawuni ntiryari ribereye namba, eka nta n’uburongozi namba bwarimwo.