Skip to content
هُود /

Ayah 92

11 : 92

Ayah 92 of هُود (11 : 92). This page carries the verse in the Uthmani script with a translation of its meaning, at a stable URL that can be cited on its own.

هُود Ayahs 123
Surah · هُود
Ikirundi · Gehiti
11 : 92

قَالَ يَٰقَوۡمِ أَرَهۡطِيٓ أَعَزُّ عَلَيۡكُم مِّنَ ٱللَّهِ وَٱتَّخَذۡتُمُوهُ وَرَآءَكُمۡ ظِهۡرِيًّاۖ إِنَّ رَبِّي بِمَا تَعۡمَلُونَ مُحِيطٞ

Shu’ayibu yabishuye ati: “Emwe bantu banje narungitsweko! Karashize ingani, mwubahe mwubahirize umuryango wanje kurusha Imana Allah, maze muterere amabwirizwa yayo inyuma y’umugongo, ntimube mukiyiyumvira! Mu vy’ukuri Imana yanje Rurema Allah, mu bumenyi bwayo, ni Muhetuzi w’ivyo mukora vyose;