Skip to content
هُود /

Ayah 21

11 : 21
هُود Ayahs 123
Surah · هُود
Ikirundi · Gehiti
11 : 21

أُوْلَٰٓئِكَ ٱلَّذِينَ خَسِرُوٓاْ أَنفُسَهُمۡ وَضَلَّ عَنۡهُم مَّا كَانُواْ يَفۡتَرُونَ

Abo ni bo rero, bihombeje ku kurementaniriza Imana Allah. Emwee! N’ibigirwamana babesha ko bizobavugira ku Mana Allah, bizozimangana;