Skip to content
يُونس /

Ayah 74

10 : 74

Ayah 74 of يُونس (10 : 74). This page carries the verse in the Uthmani script with a translation of its meaning, at a stable URL that can be cited on its own.

يُونس Ayahs 109
Surah · يُونس
Ikirundi · Gehiti
10 : 74

ثُمَّ بَعَثۡنَا مِنۢ بَعۡدِهِۦ رُسُلًا إِلَىٰ قَوۡمِهِمۡ فَجَآءُوهُم بِٱلۡبَيِّنَٰتِ فَمَا كَانُواْ لِيُؤۡمِنُواْ بِمَا كَذَّبُواْ بِهِۦ مِن قَبۡلُۚ كَذَٰلِكَ نَطۡبَعُ عَلَىٰ قُلُوبِ ٱلۡمُعۡتَدِينَ

Mu nyuma y’irungikwa rya Nuhu, ni ho Twarungika Intumwa zitandukanye ku bantu bazo. Izo Ntumwa ziraheza ziza zibazaniye ivyemezo vyerekana ko ziri mu kuri, abantu zarungitsweko, ntibigeze bemera ukuri bashikirijwe, ari na kwo kwagararijwe n’abarungikiwe Intumwa aho hambere yabo. Ni nk’uko nyene rero Twebwe Allah - Twateye ikimangu c’ubugarariji ku mitima y’ab’aho hambere yabo kubera ubugaba bwabo, ntibashobora kwemera - Dutera ikimangu c’ubugarariji ku mitima y’abarenga imbibe z'Imana Allah z'ibibujijwe.

Explanation & meanings · 1
  1. Huudi, Swalehe, Ibrahimu, Luutwi na Shu’ayibu, n’izindi.