Skip to content
يُونس /

Ayah 39

10 : 39

Ayah 39 of يُونس (10 : 39). This page carries the verse in the Uthmani script with a translation of its meaning, at a stable URL that can be cited on its own.

يُونس Ayahs 109
Surah · يُونس
Ikirundi · Gehiti
10 : 39

بَلۡ كَذَّبُواْ بِمَا لَمۡ يُحِيطُواْ بِعِلۡمِهِۦ وَلَمَّا يَأۡتِهِمۡ تَأۡوِيلُهُۥۚ كَذَٰلِكَ كَذَّبَ ٱلَّذِينَ مِن قَبۡلِهِمۡۖ فَٱنظُرۡ كَيۡفَ كَانَ عَٰقِبَةُ ٱلظَّٰلِمِينَ

Ahubwo rero bihutiye guhakana bivuye inyuma Qor’ani bakiyumva, bataranatahura ido n’ido ibirimwo, bataranashikirwa n’ukuri kw’ivyo yabasezeraniye. Ni nk’ukwo nyene rero ab’aho hambere yabo bagararije. Ntumwa y’Imana! Itegereze rero ukuntu iherezo ry’abirenganije ryagenze!

Explanation & meanings · 3
  1. Nk’izuka n’iharurirwa ry’ibiremwa, guhemberwa ivyo vyakoze Ubwami bw’ijuru canke umuriro, n’ibindi.
  2. Ababangikanyamana bagararije ivyo bagabishijweko.
  3. Muri bo, harimwo abahonejwe na nyamugigima, harimwo n’abahonejwe n’isoma nturi, n’ibindi.