Skip to content
183 Hadiths

Encyclopedia of Prophetic Hadiths

Filter results

3 of 183 cards

Clear filters
"Anasi mwene Maliki (Imana Allah Imwishimire) yaratwiganiye ko hari umugabo yigeze kuvuga ati: "Ewe Muvugishwamana! Izurwa ry'umugararizamana agendesha mu maso hiwe, rizogenda gute?", aca aramwishura ati: "Mbega burya Uwamushoboje kugendesha amaguru kw'isi, ntashoboye kuzomugendesha mu maso hiwe ku musi w'izuka!?". Qataada yaciye avuga ati: "Ego cane, Yobuzwa n'iki kubishobora! Kandi ndavyemanze ndahira ku cubahiro c'Imana yacu Rurema Allah ko bizoshoboka"".
Inyigishi y'intumwa yemewe Yahurijweko na Al-Bukhaariy na Muslimu
التصنيف الشرعيتوحيد الربوبية، تفسير الآيات، توحيد الأسماء والصفات، الحياة الآخرةموضوعات الحديثالإيمان باليوم الآخرمحاور التعريف بالإسلامالبعث بعد الموت
Umuvugishwamana (nyakugira amahoro n'impuhwe z'Imana Allah) vyashika ntamenye igitandukanya igisomwa n'ikindi gushika aho yururukiwe na "BISMI LLAAHI RRAHMAANI RRAHIIM".
Inyigishi y'intumwa yemewe Yashikirijwe na Abu Dawudi
التصنيف الشرعيمباحث قرآنية عامة، جمع القرآن والرسم العثماني، الوقف والابتداءموضوعات الحديثالقرآن وعلومه
"Uwufise Qor'ani mu mutwe, ku musi w'izuka azobwirwa ati: "Soma maze udugirizwe icubahiro, uheze usome neza mu bwitonzi nta ngere nka kurya wahora usoma kw'isi, mu vy'ukuri urugero rw'icubahiro cawe, rugarukira kuri Aayah ya nyuma usoma"".
Inyigisho nziza y'intumwa Yashikirijwe na Abu Dawudi, Al-Tirmidhiy na Al-Nasaa-iy mu gutabu "Sunanu l-Kubraa" na Ahmad
التصنيف الشرعيوصف القرآن وفضائله، آداب تلاوة القرآن الكريم، صفات الجنة والنارموضوعات الحديثتلاوة القرآن، القرآن وعلومه، الإيمان باليوم الآخر